Bakame Comedian BDI

Woba Ufise 1.Imanza za Doté, Mariage, Anniversaire,n'izindi zose Wipfuza ko Abatumire bawe batwenga bagakumbagara?

woba Ufise 2.Ivyo ushaka kwamamaza?
woba Ushaka Uwuguhinyanyurira publicité audio canke vidéo yamamaza ikongera igatwenza?

Woba Ushaka 3. publicité Ucisha kwiradiyo iyariyo yose ikozwe mumajwi atandukanye Kandi atwenza?
Hamagara BAKAME COMEDIAN Kuri +257 68511918

Please Fyonda Subscribe