Kubakunzi ba film ARTS BURUNDAIS yatanguye amahiganwa Muraba mubona kuri iyi photo uwugira amanota menshi muzoba mumuhesheje amahigwe yo kuronka agashimwe gatangwa na ARTS BURUNDAIS
Umugambi wo gutera #amashugwe no gushira ama #pave kw’ibarabara, bikivugwa vyahise bishirwa mungiro mu karere ka #MUSAGA nkuko mubibona ngaho #Arts_Burundais yari yishikiye aho ibikorwa biriko birakorwa nabatahuye ikintu cokuba ahantu hasa neza
ARTS BURUNDAIS
Mwagiye mubasanga muri films nyinshi cane kandi mwakunze ubu kandi baragarutse muri film nshansha izoca kuri TRIANGLE PICTURES
1 week ago | [YT] | 74
View 6 replies
ARTS BURUNDAIS
Arts Burundais nikaze ryinshi kubafise ibibazo bobaza canke kibafise ivyo bipfuza kuri #ARTS_BURUNDAIS
- Kubafise ico babaza
- Kubafise ico botwunganira
- n’ibindi.....
……………MURAHAWE IKAZE…………
2 weeks ago (edited) | [YT] | 71
View 5 replies
ARTS BURUNDAIS
Ikibazo gikurikira uwugitora mu masaha 24 agashumwe karahari
- Kubantu bariko bakurikira film #SUWA muravye mubona CHANCELINE azoyibonekamwo?
Inyishu muri commentaire
3 weeks ago | [YT] | 47
View 11 replies
ARTS BURUNDAIS
Kubakunzi ba film ARTS BURUNDAIS yatanguye amahiganwa
Muraba mubona kuri iyi photo uwugira amanota menshi muzoba mumuhesheje amahigwe yo kuronka agashimwe gatangwa na ARTS BURUNDAIS
* NINDE WOGIRA UWAMBERE MURI FILM Y’UBURUNDI?
- inyishu muri commentaire
Tuzotangaza uwabaye uwambere dimanche
3 weeks ago (edited) | [YT] | 34
View 9 replies
ARTS BURUNDAIS
4 weeks ago | [YT] | 28
View 1 reply
ARTS BURUNDAIS
4 weeks ago | [YT] | 3
View 2 replies
ARTS BURUNDAIS
https://youtu.be/2GG4RFy__qQ?si=dD6Q6...
*MWARAMUTSE NEZA*
Ndakwipfurije intango nziza y'indwi ari nakwo ndakumenyesha ko dutanguye Film Nshasha yiswe SUWA(FULL SEASON) twizera neza ko iza kugufasha kuruhuka
⭕️SUWA ||FULL SEASON||EPISODE 1🔥🔥💯
Wibuke gukora *Subscribe* *Like* *Share*
_Bonne journée_🙏🙏🙏
1 month ago | [YT] | 1
View 0 replies
ARTS BURUNDAIS
ISUKU N’ISUKURA
Umugambi wo gutera #amashugwe no gushira ama #pave kw’ibarabara, bikivugwa vyahise bishirwa mungiro mu karere ka #MUSAGA nkuko mubibona ngaho #Arts_Burundais yari yishikiye aho ibikorwa biriko birakorwa nabatahuye ikintu cokuba ahantu hasa neza
Nubwo biruko hariho intumva,
Nkuko vyovuzwe ko uwutazobikora #komine izobimufashamwo ariko akazoriha abakozi bazoba biriwe babikora kubera azoba yabaye #intumva ibizokurikira muravyumva iyo umuntu yagararije
Tubimfurije kugira #UBURUNDI busukuye busa neza cane
1 month ago | [YT] | 9
View 1 reply
ARTS BURUNDAIS
Cinéaste du Burundi
1 month ago | [YT] | 55
View 2 replies
ARTS BURUNDAIS
Cinéastes du Burundi
1 month ago | [YT] | 26
View 2 replies
Load more