Olivier Baoli Official Bd🇧🇮

Uburyo Yesu ankunda burantangaza cane

Mfise impamvu ituma nshima Imana yanje, iyo nitegereje ibikorwa vyawe binyereka ububasha n'inkomezi ufise Mwami👏👏👏

Uwipfuza kudushigikira yotwandikira canke akadihamagara kuri +257 69 110 326
Na WhatsApp niyo nyene muhezagirwe