Isange TV ni imboneshakure ibatohoreza amakuru avugwa mu bisata bitandukanye birimo politike, umutekano, agateka ka zina muntu, amagara y'abantu, inkino, indero, igisata c'abamukerarugendo, imigenderanire n'ayandi makungu n'ibindi mu Burundi ikayabatunganiriza hama ikayabagezako yose uko yakabaye.
ico utegerezwa ni ugufyonda s'abonner canke subscribe hama ukaja urashikirwa n'amakuru, inkuru, ibiganiro ndetse n'amatangazo tubagezako umwanya n'umwanya kandi ku gihe.
murakoze cane, ndabifurije kubandanya muragira ibihe vyiza no kuroranirwa muvyo muriko murarangura vyose.
ISANGE TV
🚨💔⁉️Ngiyi inkuru mbi Neva yakiriye akorora amosozi😭 bagandaguwe baciwe imitwe yooo💔🇧🇮⁉️
5 hours ago | [YT] | 0
View 0 replies
ISANGE TV
🛑habavye💽🚨💽kubita iyo mbwa ireke kumoka abantu bavuge/umurundi arinyegeje avuga amajamb atanezereje
7 hours ago | [YT] | 0
View 0 replies
ISANGE TV
amakuru yihuta ku barundi bose 👇
8 hours ago | [YT] | 0
View 0 replies
ISANGE TV
amakuru
8 hours ago | [YT] | 0
View 0 replies
ISANGE TV
🇧🇮Reynolds Butari ayiciye umurya🛑nyuma yo kuvyumviriza abagabo baguye mu gahundwe🛑ese koko vyoba a
9 hours ago | [YT] | 0
View 0 replies
ISANGE TV
abadede🚨iki gitondo turonse amakuru atari meza🚨🇧🇮🚨ingeso iraraba ntihwera koko/bapfukure tubamenye
11 hours ago | [YT] | 0
View 0 replies
ISANGE TV
🛑iri joro bino bintu neva navyumva umutima uracika🚨💽🚨umutama akuye agahuzu ibiconcoro muri CNDD-FDD
19 hours ago | [YT] | 0
View 0 replies
ISANGE TV
amakuru yihuta ku barundi bose 🚨
1 day ago | [YT] | 0
View 0 replies
ISANGE TV
🛑umutima urasimvye🛑🙆🛑 umurundi ashize ubwoba anyeguruye amabanga akomeye/2015 yasize inkuru ku musoz
1 day ago | [YT] | 0
View 0 replies
ISANGE TV
amakuru yihuta ku barundi bose 🚨
2 days ago | [YT] | 0
View 0 replies
Load more